Vimmbox
5
cancel

Ntiyahishije umubabaro wiwe

110 views

Published on Apr 23, 2019
Ari i Vatikano, Papa abicishije mu butumwa yatanze ku musi wa Pasika ntiyahishije umubabaro wiwe ujanye n'abahitanywe n'igitero c'iterabwoba cahitanye abatari bake muri Sri Lanka aho benshi ari abasenga muri Katolika asanzwe ayoboye.
Report With the click of this button you will proceed to the media-reporting form.
comment

Comments

top
You have to be logged in to write a comment...
Create account
Login
Not yet commented...