Vimmbox
5
cancel

Buhumuza FC na Mosso Sugar FC batashe ukwo

146 views

Published on Feb 26, 2019
Inkino:

Mu gihe iyi mirwi yari ihuriye mu Ruyigi ku w'Imana twaraye turangije kugira uwari gutsinda ushobore kuronka amanota atatu, yose yatahukanye ubusa. Buhumuza FC ikaba yari ije gukina ifise amanota icumi na biri, bisigura ko imaze gutsindwa rimwe kuva ihiganwa Primus League B ritanguye. Naho biri uku ngo iyi mirwi uko ari ibiri ngo ivyizigiro biracari ho kuko bari bari bakiri mu gice ca mbere c'ihiganwa "Phase Aller".
Report With the click of this button you will proceed to the media-reporting form.
comment
03:07
no way
By
Debojyoti Neogi
142 views
11 months ago

Comments

top
You have to be logged in to write a comment...
Create account
Login
Not yet commented...