Vimmbox
5
cancel

Umukuru w'Igihugu Petero Nkurunziza aramenyesha imvo y'urugendo rw'Umukuru w'igihugu ca Somalia mu Burundi

118 views

Published on Feb 19, 2019
- Umukuru w'igihugu ca Somaliya yaramaze iminsi ibiri mu mu rugendo gihugu c'Uburundi, ngo uru rugendo rukaba rujanye no gukomeza imigenderanire hagati y'ibi bihugu bibiri. Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza akaba akengurukira mugenzi we wo mu gihugu ca Somaliya k'ubw'uru rugendo ngo rugaragaza imigenderanire myiza idatanguye uno musi ariko yamyeho kandi imeze neza. Nawe Umukuru wa Somalia akaba ashimira igihugu c'Uburundi ku bw'abasirikare bamaze igihe bariko baritangira igihugu ciwe mu bijanye no kugarukana amahoro, ngo ibi bikazotuma ukwitanga kw'igihugu c'Uburundi kwandikwa mu mateka ya Somaliya ... Vyinshi vyumvirize muri ano makuru

- Ngo ikiziga ciwe catowe muri frigo inyuma y'imyaka 18 babuze irengero ryiwe ...
- Ireresi "Grace à Dieu" ngo buca ija ahabona nkuko vyashikirijwe n'ubutungane bw'Ubufaransa, iyi ikaba ivuga ku caha c'ubusambanyi bukorwa na bamwe mu ndongozi za Katolika.
Report With the click of this button you will proceed to the media-reporting form.
00:23
Water leak
By
Campuran354
91 views
7 months ago
03:56
Davido
By
godswill1212
92 views
8 months ago
02:29
one. time
By
Nelskido
90 views
7 months ago
02:56
issues
By
Debojyoti Neogi
88 views
7 months ago

Comments

You have to be logged in to write a comment...
Create account
Login
Not yet commented...