Vimmbox
5
cancel

Iyi nkwano ni ikibazo ndakurahiye

119 views

Published on Feb 19, 2019
Iyi nkwano yatanzwe n'uwu mugabo wo muri Congo niyaba atari iyifasha imisore ni iyibakwegera. Inka 32, ama dollars 150.000 vy'inkwano, ama dollars 100.000 y'impeta yo mu mabuye ya diammant, ni yo Umuyobozi mukuru mu Biro vy'Umukuru w'igihugu ca Republika iharanira Demokarasi ya Congo yatanze ku bwa Hamida Shakur agiye kubana nawe. Igitangaje, uwu Hamida ngo atwawe n'uwu mu nyakubahwa mu gihe yavyaranye n'uwundi mugabo abana batatu, uwundi umwe amuvyara ku mudandaza atunze wa diammant w'aho nyene muri Congo.
Report With the click of this button you will proceed to the media-reporting form.
04:24
China Muzik
By
Llesh19
158 views
8 months ago

Comments

You have to be logged in to write a comment...
Create account
Login
Not yet commented...