Vimmbox
5
cancel

Amakuru yo ku wa mbere 18/2/2019 - Omega Radio

168 views

Published on Feb 18, 2019
- Vatikano: Inama rukokoma ku busambanyi bwimonogoje mu ndongozi z'Isengero za Katolika ni yo papa agiye ...
- Congo: Ni akamaramaza, inkwano y'ama dollars 150.000, impeta ya diammant y'ama dollars 100.000, inka 32 ni yo yatanzwe na ...
- Bangladesh: Abantu icenda ni bo bahitanywe n'umuriro
- Mu Buhindi: Itereni nshasha ya mbere mu kunyaruka ni yo yagize isanganya ikigira urugendo rwa mbere ...
- Mu Burundi: Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza aheruka gutanga inyigisho ...

Aya makuru muyashikirizwa na Manirakiza Albert na Niyomwungere Médiatrice
Report With the click of this button you will proceed to the media-reporting form.
04:21
makobodo
By
oyster
122 views
8 months ago

Comments

You have to be logged in to write a comment...
Create account
Login
Not yet commented...