Vimmbox
5
cancel

SIKWO YARI / B-FACE

60 views

Published on Feb 14, 2019
Ni indirimbo y'Umuririmvyi w'umurundi Boniface, azwi nka B-Face aho avugira abana bari mu bibazo vy'ubupfuvyi baja mw'ibarabara, iyi ndirimbo iteye ikigongwe ikubere isomo:

Impamvu zoba ibihumbi zomutuma kuja mu buzima bw'ibarabara abandi bari mu mashure, ibi ntibituma gutakaza uburenganzira bwabo; si abo guterwa nk'agapira canke guhanahanwa nk'agatabi, ahubwo ab'imitima bakwiye kuja hamwe bakagira ico bakoze ngo abantu ntibirukane umwana ariko birukane icamutumye kuja mw'ibarabara.
03:00
hope
By
Debojyoti Neogi
67 views
4 months ago
04:26
Able God
By
Teekay
69 views
5 months ago

Comments

You have to be logged in to write a comment...
Create account
Log In
Not yet commented...
Vimmbox is the venue where artists gather and monetize their work. Learn more
Join